-
2 Ngoma 35:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Mu nyuma bategura amashikanwa aturirwa kugira ngo bayahe abantu. Abo bantu bari batondetswe hakurikijwe imigwi mikurumikuru igize imiryango bavamwo. Ayo mashikanwa yari ayo gushikanira Yehova nk’uko vyanditswe mu gitabu ca Musa. Bagira gutyo no ku nka.
-