2 Ngoma 35:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze bateka* ishikanwa rya Pasika ku muriro nk’uko vyari bisanzwe bigirwa+, bateka n’ayandi mashikanwa meranda mu nkono, mu bisafuriya no mu mapanu. Baca bayazanira ningoga abandi Bisirayeli bose.
13 Maze bateka* ishikanwa rya Pasika ku muriro nk’uko vyari bisanzwe bigirwa+, bateka n’ayandi mashikanwa meranda mu nkono, mu bisafuriya no mu mapanu. Baca bayazanira ningoga abandi Bisirayeli bose.