2 Ngoma 35:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko kuri uwo musi, barangiza gutegura ibintu vyose Yehova yasaba kugira ngo bahimbaze Pasika+ no kugira ngo batange amashikanwa aturirwa ku gicaniro ca Yehova, nk’uko umwami Yosiya yari yabitegetse+.
16 Nuko kuri uwo musi, barangiza gutegura ibintu vyose Yehova yasaba kugira ngo bahimbaze Pasika+ no kugira ngo batange amashikanwa aturirwa ku gicaniro ca Yehova, nk’uko umwami Yosiya yari yabitegetse+.