2 Ngoma 35:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yamara Yosiya yanka gusubira inyuma ngo amureke. Mugabo ariyoberanya+ kugira aje kumurwanya, yanka kwumva ivyo Neko amubwiye kandi vyari bivuye ku Mana. Nuko aza kurwanira mu kiyaya ca Megido+. 2 Ngoma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 35:22 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),3/2017, rup. 27
22 Yamara Yosiya yanka gusubira inyuma ngo amureke. Mugabo ariyoberanya+ kugira aje kumurwanya, yanka kwumva ivyo Neko amubwiye kandi vyari bivuye ku Mana. Nuko aza kurwanira mu kiyaya ca Megido+.