Ezira 2:69 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 69 Umwe wese yagize uko ashoboye, batanga amadarakima* 61.000 y’inzahabu, imina* 5.000 z’ifeza+ n’amakanzu 100 y’abaherezi, babishira mu kigega c’ico gikorwa.
69 Umwe wese yagize uko ashoboye, batanga amadarakima* 61.000 y’inzahabu, imina* 5.000 z’ifeza+ n’amakanzu 100 y’abaherezi, babishira mu kigega c’ico gikorwa.