12 Igihe umushinge w’iyo nzu wariko urubakwa, benshi mu baherezi n’Abalewi n’abakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango ya Isirayeli barabibonye, batangura kurira baboroga cane. Bari abatama babonye urusengero rwa kera+. Abandi benshi na bo baciye bashira ijwi hejuru bakoma akaruru k’umunezero+.