3 Ariko Zerubabeli na Yeshuwa n’abandi bakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango ya Isirayeli babishura bati: «Nta burenganzira mufise bwo kudufasha kwubakira inzu Imana yacu+. Ni twebwe twenyene tuzoyubakira Yehova Imana ya Isirayeli, nk’uko nyene umwami Kuro aganza Ubuperesi yabidutegetse+.»