Ezira 4:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ko agahembo kacu kava i bwami*, kandi bikaba bitabereye ko ibintu vy’umwami vyononekara tubona, ni co gituma turungitse ubutumwa bwo kubikumenyesha mwami,
14 Ko agahembo kacu kava i bwami*, kandi bikaba bitabereye ko ibintu vy’umwami vyononekara tubona, ni co gituma turungitse ubutumwa bwo kubikumenyesha mwami,