Ezira 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Twipfuza kukumenyesha mwami yuko ico gisagara nicasubira kwubakwa n’inzitiro zaco zikarangira, ata bubasha* uzoba ugifise mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini+.»
16 Twipfuza kukumenyesha mwami yuko ico gisagara nicasubira kwubakwa n’inzitiro zaco zikarangira, ata bubasha* uzoba ugifise mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini+.»