Ezira 5:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Maze umuhanuzi Hagayi+ n’umuhanuzi Zakariya+ umwuzukuru wa Ido+, babwira ubuhanuzi Abayuda bari mu Buyuda n’i Yeruzalemu mw’izina ry’Imana ya Isirayeli yari kumwe na bo.
5 Maze umuhanuzi Hagayi+ n’umuhanuzi Zakariya+ umwuzukuru wa Ido+, babwira ubuhanuzi Abayuda bari mu Buyuda n’i Yeruzalemu mw’izina ry’Imana ya Isirayeli yari kumwe na bo.