Ezira 5:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Maze Tatenayi buramatari w’akarere ko hakurya ya rwa ruzi runini* na Shetari-Bozenayi na bagenzi babo baraza, bababaza bati: «Ni nde yabahaye itegeko ryo kwubaka iyi nzu no kurangiza iyi nyubako*? Ezira Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:3 Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),no. 3 2017 rup. 9
3 Maze Tatenayi buramatari w’akarere ko hakurya ya rwa ruzi runini* na Shetari-Bozenayi na bagenzi babo baraza, bababaza bati: «Ni nde yabahaye itegeko ryo kwubaka iyi nzu no kurangiza iyi nyubako*?