Ezira 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugabo Imana yari kumwe n’abashingantahe* b’Abayuda+. Kandi Tatenayi na bagenziwe ntibabahagaritse kuko bashaka kubanza kubimenyesha Dariyo, maze bakaronka ikete ririmwo inyishu yiwe.
5 Mugabo Imana yari kumwe n’abashingantahe* b’Abayuda+. Kandi Tatenayi na bagenziwe ntibabahagaritse kuko bashaka kubanza kubimenyesha Dariyo, maze bakaronka ikete ririmwo inyishu yiwe.