-
Ezira 5:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Ng’ibi ivyari mw’ikete Tatenayi buramatari w’akarere ko hakurya ya rwa ruzi runini na Shetari-Bozenayi na bagenziwe, ari bo ba buramatari batobato bo mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini, barungikiye umwami Dariyo.
-