Ezira 5:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ariko kubera ko ba sogokuruza bashavuje Imana yo mw’ijuru+, yaciye ireka baratsindwa n’Umukaludaya Nebukadinezari+, umwami wa Babiloni. Iyi nzu yarayisambuye+, aca atwara ababayo mu bunyagano i Babiloni+.
12 Ariko kubera ko ba sogokuruza bashavuje Imana yo mw’ijuru+, yaciye ireka baratsindwa n’Umukaludaya Nebukadinezari+, umwami wa Babiloni. Iyi nzu yarayisambuye+, aca atwara ababayo mu bunyagano i Babiloni+.