Ezira 6:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nuko rero wewe Tatenayi buramatari wo mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini* na Shetari-Bozenayi na bagenzi banyu, ari bo ba buramatari batobato bo mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini+, jewe Dariyo ndabategetse ngo mureke kuvyisukamwo.
6 Nuko rero wewe Tatenayi buramatari wo mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini* na Shetari-Bozenayi na bagenzi banyu, ari bo ba buramatari batobato bo mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini+, jewe Dariyo ndabategetse ngo mureke kuvyisukamwo.