-
Ezira 6:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Kandi ibi ni vyo ntegetse ko muzokorera abo bashingantahe b’Abayuda kugira ngo basubire kwubaka iyo nzu y’Imana: abo bagabo bazoze barahabwa bidatevye amahera yo gukoresha avuye mu kigega c’ubwami+, ni ukuvuga kw’ikori ritozwa mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini, kugira ngo ico gikorwa ntigihagarare+.
-