9 Kandi ivyo abaherezi bari i Yeruzalemu bazobabwira ko bakeneye vyose, baze bame babihabwa buri musi ata kivuyemwo: uri amashuri+, impfizi z’intama+ n’imyagazi y’intama+ vyo gutanga nk’amashikanwa aturirwa ahabwa Imana yo mw’ijuru, uri ingano+, umunyu+, umuvinyu+ n’amavuta+.