Ezira 6:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ntegetse kandi ko uwo wese azorenga kuri iyi ngingo, bazokura igiti ku nzu yiwe bakakimumanikako, inzu yiwe na yo igahindurwa akazu ka surwumwe* ka bose, kubera ico kintu yakoze.
11 Ntegetse kandi ko uwo wese azorenga kuri iyi ngingo, bazokura igiti ku nzu yiwe bakakimumanikako, inzu yiwe na yo igahindurwa akazu ka surwumwe* ka bose, kubera ico kintu yakoze.