Ezira 6:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze Tatenayi buramatari wo mu karere kari hakurya ya rwa ruzi runini na Shetari-Bozenayi+ na bagenzi babo, baca baranyaragasa bakora ibintu vyose umwami Dariyo yategetse.
13 Maze Tatenayi buramatari wo mu karere kari hakurya ya rwa ruzi runini na Shetari-Bozenayi+ na bagenzi babo, baca baranyaragasa bakora ibintu vyose umwami Dariyo yategetse.