Ezira 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Inyuma y’ivyo bintu, ku ntwaro ya Aritazerusi+ umwami w’Ubuperesi, Ezira*+ aragaruka. Yari mwene Seraya+, Seraya mwene Azariya, Azariya mwene Hilikiya+, Ezira Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:1 Umunara w’Inderetsi,15/1/2006, rup. 19
7 Inyuma y’ivyo bintu, ku ntwaro ya Aritazerusi+ umwami w’Ubuperesi, Ezira*+ aragaruka. Yari mwene Seraya+, Seraya mwene Azariya, Azariya mwene Hilikiya+,