Ezira 7:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uwo Ezira yaduze avuye i Babiloni. Yari umwimuzi* akaba n’umuhanga mu bijanye n’amategeko* ya Musa+ yatanzwe na Yehova Imana ya Isirayeli. Umwami yaramuhaye ivyo yasavye vyose kuko Yehova Imana yiwe yari kumwe na we*.
6 Uwo Ezira yaduze avuye i Babiloni. Yari umwimuzi* akaba n’umuhanga mu bijanye n’amategeko* ya Musa+ yatanzwe na Yehova Imana ya Isirayeli. Umwami yaramuhaye ivyo yasavye vyose kuko Yehova Imana yiwe yari kumwe na we*.