Ezira 7:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 be n’ifeza zose n’inzahabu uzohabwa* mu ntara yose ya Babiloni hamwe n’ivyo abantu n’abaherezi batanga babikunze ku bw’inzu y’Imana yabo iri i Yeruzalemu+.
16 be n’ifeza zose n’inzahabu uzohabwa* mu ntara yose ya Babiloni hamwe n’ivyo abantu n’abaherezi batanga babikunze ku bw’inzu y’Imana yabo iri i Yeruzalemu+.