Ezira 7:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nawe Ezira, uzokoreshe ubukerebutsi Imana yawe yaguhaye* ugene abatware n’abacamanza kugira ngo bacire imanza abantu bose bo mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini, bazi amategeko y’Imana yawe. Uwutayazi na we muze muyamwigishe+.
25 Nawe Ezira, uzokoreshe ubukerebutsi Imana yawe yaguhaye* ugene abatware n’abacamanza kugira ngo bacire imanza abantu bose bo mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini, bazi amategeko y’Imana yawe. Uwutayazi na we muze muyamwigishe+.