-
Ezira 7:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Nayo umuntu wese atazokwubahiriza amategeko y’Imana yawe n’itegeko ry’umwami, aze ahabwe igihano mu maguru masha, caba ari ico kwicwa, kwomorwa, gutanga amande canke gupfungwa.»
-