Ezira 8:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nabakoranirije ku ruzi ruja i Ahava+, tumara imisi itatu dukambitse ng’aho. Mugabo nsuzumye abantu n’abaherezi, nsanga nta Mulewi n’umwe ahari.
15 Nabakoranirije ku ruzi ruja i Ahava+, tumara imisi itatu dukambitse ng’aho. Mugabo nsuzumye abantu n’abaherezi, nsanga nta Mulewi n’umwe ahari.