Ezira 8:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mu basuku bakora ibikorwa vyo ku rusengero* hari abagabo 220, bose amazina yabo akaba yari yaranditswe. Dawidi n’abatware ni bo bahaye Abalewi abo basuku ngo babafashe ibikorwa.
20 Mu basuku bakora ibikorwa vyo ku rusengero* hari abagabo 220, bose amazina yabo akaba yari yaranditswe. Dawidi n’abatware ni bo bahaye Abalewi abo basuku ngo babafashe ibikorwa.