22 Vyaranteye isoni gusaba umwami ngo aduhe abasoda n’abagendera ku mafarasi bo kudukingira umwansi mu nzira, kubera ko twari twabwiye umwami duti: «Imana yacu nziza iri kumwe n’abayirondera bose+, mugabo abayiheba bose ibarekurirako inkomezi zayo n’ishavu ryayo+.»