Ezira 8:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Twaciye twisonzesha, dusaba Imana yacu ngo ibane natwe mu rugendo, na yo yumva ugutakamba kwacu+.