Ezira 8:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 amabakure matomato 20 y’inzahabu aciye amadariki* 1.000, n’ibikoresho 2 vy’umujumpu mwiza w’ibara ritukura kandi rikayangana, bifise agaciro nk’ibikozwe mu nzahabu.
27 amabakure matomato 20 y’inzahabu aciye amadariki* 1.000, n’ibikoresho 2 vy’umujumpu mwiza w’ibara ritukura kandi rikayangana, bifise agaciro nk’ibikozwe mu nzahabu.