Ezira 8:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Maze dushikiriza amategeko y’umwami+ ivyegera* vyiwe na ba buramatari bo mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini*+. Baraheza bashigikira abantu, batanga n’ibikenewe ku bw’inzu y’Imana y’ukuri+.
36 Maze dushikiriza amategeko y’umwami+ ivyegera* vyiwe na ba buramatari bo mu karere ko hakurya ya rwa ruzi runini*+. Baraheza bashigikira abantu, batanga n’ibikenewe ku bw’inzu y’Imana y’ukuri+.