Ezira 9:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Vyongeye abantu bose bubaha cane amajambo* y’Imana ya Isirayeli bakoranira aho ndi kubera ubuhemu bw’abavuye mu bunyagano. Aho hose nari nicaye numiwe gushika igihe co gutanga ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba kigeze+.
4 Vyongeye abantu bose bubaha cane amajambo* y’Imana ya Isirayeli bakoranira aho ndi kubera ubuhemu bw’abavuye mu bunyagano. Aho hose nari nicaye numiwe gushika igihe co gutanga ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba kigeze+.