Ezira 9:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 waduhaye biciye ku basavyi bawe b’abahanuzi, uti: “Igihugu mugiye kwigarurira ni igihugu gihumanye kubera ko abakibamwo bahumanye, bitumwe n’imigenzo yabo ishisha bujuje ico gihugu iyo kiva kikagera kubera ubuhumane bwabo+.
11 waduhaye biciye ku basavyi bawe b’abahanuzi, uti: “Igihugu mugiye kwigarurira ni igihugu gihumanye kubera ko abakibamwo bahumanye, bitumwe n’imigenzo yabo ishisha bujuje ico gihugu iyo kiva kikagera kubera ubuhumane bwabo+.