Ezira 9:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Raba ivyadushikiye vyose kubera ibibi twakoze n’ivyaha vyacu vyinshi. Yamara wewe Mana yacu ntiwatwishuye ibihuye n’amakosa yacu+, ahubwo watumye twebwe abari ng’aha turokoka tuva mu bunyagano+.
13 Raba ivyadushikiye vyose kubera ibibi twakoze n’ivyaha vyacu vyinshi. Yamara wewe Mana yacu ntiwatwishuye ibihuye n’amakosa yacu+, ahubwo watumye twebwe abari ng’aha turokoka tuva mu bunyagano+.