Ezira 10:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ezira aca ava hasi, asaba abakuru b’abaherezi, Abalewi n’Abisirayeli bose ngo barahire yuko bazokora ivyo Shekaniya yavuze+. Nuko bararahira.
5 Ezira aca ava hasi, asaba abakuru b’abaherezi, Abalewi n’Abisirayeli bose ngo barahire yuko bazokora ivyo Shekaniya yavuze+. Nuko bararahira.