Ezira 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ezira aca ava imbere y’inzu y’Imana y’ukuri, aja mu cumba* ca Yehohanani mwene Eliyashibu. Naho yagiyeyo, ntiyariye canke ngo anywe amazi kuko yari akigandaye kubera ubuhemu bw’abavuye mu bunyagano+.
6 Ezira aca ava imbere y’inzu y’Imana y’ukuri, aja mu cumba* ca Yehohanani mwene Eliyashibu. Naho yagiyeyo, ntiyariye canke ngo anywe amazi kuko yari akigandaye kubera ubuhemu bw’abavuye mu bunyagano+.