-
Ezira 10:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Nuko muri iyo misi itatu, abagabo bose bo mu Buyuda no mu karere ka Benyamini bakoranira i Yeruzalemu. Hari mu kwezi kugira icenda, ku musi ugira 20 w’ukwo kwezi. Abantu bose bari bicaye mu kigo c’inzu y’Imana y’ukuri bajugumira kubera ikibazo cabakoranije no kubera imvura nyinshi.
-