Ezira 10:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ubu rero nimwaturire ibicumuro vyanyu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu, mukore ivyo agomba. Nimwitandukanye n’abantu bo muri iki gihugu be n’abo bagore b’abanyamahangakazi+.»
11 Ubu rero nimwaturire ibicumuro vyanyu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu, mukore ivyo agomba. Nimwitandukanye n’abantu bo muri iki gihugu be n’abo bagore b’abanyamahangakazi+.»