-
Ezira 10:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Ariko turi benshi kandi ni mu gihe c’imvura. Ntibikunda ko tuguma duhagaze hanze, kandi iki kibazo ntikizotwara umusi umwe canke ibiri kuko twagararije cane muri ivyo.
-