-
Ezira 10:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Mugabo abahora mu bunyagano bashira mu ngiro ivyo bari bumvikanye. Nuko umuherezi Ezira n’abakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango ya Isirayeli, bose bakaba bari banditswe amazina, bakoranira hamwe ukwabo ku musi wa mbere w’ukwezi kugira cumi kugira ngo bige ico kibazo.
-