Ezira 10:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Basanze mu bahungu b’abaherezi hari abarongoye abagore b’abanyamahangakazi+. Bari abahungu ba Yeshuwa+ mwene Yehozadaki na benewabo. Amazina yabo ni aya: Mayaseya, Eliyezeri, Yaribu na Gedaliya.
18 Basanze mu bahungu b’abaherezi hari abarongoye abagore b’abanyamahangakazi+. Bari abahungu ba Yeshuwa+ mwene Yehozadaki na benewabo. Amazina yabo ni aya: Mayaseya, Eliyezeri, Yaribu na Gedaliya.