Nehemiya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko umuherezi mukuru Eliyashibu+ na benewabo b’abaherezi barahaguruka bubaka irembo ry’intama+. Maze bararyeza*+ hanyuma barishirako imiryango. Igice bejeje cava kuri iryo rembo gushika ku munara wa Meya+ n’uwa Hananeli+.
3 Nuko umuherezi mukuru Eliyashibu+ na benewabo b’abaherezi barahaguruka bubaka irembo ry’intama+. Maze bararyeza*+ hanyuma barishirako imiryango. Igice bejeje cava kuri iryo rembo gushika ku munara wa Meya+ n’uwa Hananeli+.