-
Nehemiya 3:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Iruhande yabo hakurikiye Benyamini na Hashubu. Basanuye ahatumberanye n’inzu yabo. Iruhande yabo hakurikiye Azariya mwene Mayaseya, Mayaseya mwene Ananiya. Yasanuye hafi y’inzu yiwe.
-