Nehemiya 3:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Iruhande yiwe hakurikiye Binuwi mwene Henadadi. Yasanuye ikindi gice c’uruzitiro, kuva ku nzu ya Azariya gushika ahitwa ku rwego+ no ku mfuruka.
24 Iruhande yiwe hakurikiye Binuwi mwene Henadadi. Yasanuye ikindi gice c’uruzitiro, kuva ku nzu ya Azariya gushika ahitwa ku rwego+ no ku mfuruka.