Nehemiya 4:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ni kwo guca nshira abagabo inyuma y’uruzitiro mu bibanza vyoroshe gutera*, ndabashiraho mfatiye ku miryango yabo. Baba bafise inkota, amacumu n’imiheto.
13 Ni kwo guca nshira abagabo inyuma y’uruzitiro mu bibanza vyoroshe gutera*, ndabashiraho mfatiye ku miryango yabo. Baba bafise inkota, amacumu n’imiheto.