Nehemiya 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kuva uwo musi, abantu banje naciye ndabagabura mu migwi ibiri ingana: bamwe baba bari ku gikorwa+, abandi na bo bafashe amacumu, inkinzo n’imiheto, bambaye n’amakoti y’ivyuma. Abatware+ baba bahagaze inyuma y’Abayuda, bashigikiye
16 Kuva uwo musi, abantu banje naciye ndabagabura mu migwi ibiri ingana: bamwe baba bari ku gikorwa+, abandi na bo bafashe amacumu, inkinzo n’imiheto, bambaye n’amakoti y’ivyuma. Abatware+ baba bahagaze inyuma y’Abayuda, bashigikiye