Nehemiya 4:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Umwubatsi wese yubaka yambaye inkota mu mafyinga. Uwuvuza inzamba+ na we yaba ahagaze iruhande yanje. Nehemiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:18 Umunara w’Inderetsi,1/2/2006, rup. 9
18 Umwubatsi wese yubaka yambaye inkota mu mafyinga. Uwuvuza inzamba+ na we yaba ahagaze iruhande yanje.