-
Nehemiya 5:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Hakaba n’abavuga ngo: «Amatongo yacu n’imirima yacu y’imizabibu n’amazu yacu tubitangako ingwati kugira ngo turonke ivyo dufungura igihe hari inzara.»
-