Nehemiya 5:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ndabasavye uyu musi nyene mubasubize amatongo yabo+, imirima yabo y’imizabibu, imirima yabo y’imyelayo* n’amazu yabo, n’ic’ijana* c’inyungu mwabasavye ku mahera, ku ntete, ku muvinyu mushasha no ku mavuta.»
11 Ndabasavye uyu musi nyene mubasubize amatongo yabo+, imirima yabo y’imizabibu, imirima yabo y’imyelayo* n’amazu yabo, n’ic’ijana* c’inyungu mwabasavye ku mahera, ku ntete, ku muvinyu mushasha no ku mavuta.»