-
Nehemiya 5:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Bishura bati: «Turabisubiza kandi nta co tubasaba. Turabikora nk’uko nyene ubivuze.» Mpamagara rero abaherezi maze nsaba abo bagabo kurahira yuko bazokora ivyo bemeye.
-