Nehemiya 5:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ariko ba buramatari b’imbere yanje bari bararemereje abantu. Baguma babaka shekeli* 40 z’ifeza ku musi ku musi zo kugura ivyo kurya n’umuvinyu. Kandi abasuku babo baracinyiza abantu. Mugabo jewe ivyo nta vyo nakoze+ kubera ntinya Imana+.
15 Ariko ba buramatari b’imbere yanje bari bararemereje abantu. Baguma babaka shekeli* 40 z’ifeza ku musi ku musi zo kugura ivyo kurya n’umuvinyu. Kandi abasuku babo baracinyiza abantu. Mugabo jewe ivyo nta vyo nakoze+ kubera ntinya Imana+.